Ultimate Solution Hub

Pasteur Ntigorobeza 2 Bwabutumwa Bwakanovera Ka Mpwemu Yera Ibanga

Ushaka kuraba izindi video kuri umuco wera tv fyonda hano channel ucwfam05qpdhm27 c2tdmplgkurikira intahe hamwe n' ubutumwa bwiza u. Ushaka kuraba izindi video kuri umuco wera tv fyonda hano channel ucwfam05qpdhm27 c2tdmplgkurikira intahe hamwe n' ubutumwa bwiza u.

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞 257 79 241 679 79 089 149kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, ubutumwa bwiza, intahe n'ibindi. Pasteur #ntigorobeza woba ukumbuye ubutumwa bw'akanovera ka mpwemu yera!? ngubu nukuri urafashwa. Shalom ! uyu musi tugiye kuraba uturorero tw’ingene ubwo bushobozi bwigaragaza: 1. kuvuga indimi nsha. ivyakozwe n’intumwa 2:2 4 “ haza igihinda kivuye mw ijuru giturumbuka, nk’uguhuhuta kw’ umuyaga w’inkomezi, gikwira hose mu nzu bicayemwo. 3 c hababonekera ibirimi vyigabanije, nk’ivy’ umuriro; bibajak’ umwe umwe. 4 d bose buzuzwa mpwemu yera, batangura kuvuga izindi ndimi. Iii. ukwuzura muri mpwemu yera. urufunguruzo n’ukwuzura canke kurongorwa na mpwemu yera. igihe ariwe ari kuburongozi, azokuyoborera munzira no m’ubugombe bw’imana. abanyefeso 5:18 havuga : “kandi ntimukaborerwe vino, irimw’ubuhumbu, ariko mwuzure mpwemuˮ. igihe twuzuye mpemu yera ivyamwa vya mpwemu yera bizovuka muri twebwe.

Shalom ! uyu musi tugiye kuraba uturorero tw’ingene ubwo bushobozi bwigaragaza: 1. kuvuga indimi nsha. ivyakozwe n’intumwa 2:2 4 “ haza igihinda kivuye mw ijuru giturumbuka, nk’uguhuhuta kw’ umuyaga w’inkomezi, gikwira hose mu nzu bicayemwo. 3 c hababonekera ibirimi vyigabanije, nk’ivy’ umuriro; bibajak’ umwe umwe. 4 d bose buzuzwa mpwemu yera, batangura kuvuga izindi ndimi. Iii. ukwuzura muri mpwemu yera. urufunguruzo n’ukwuzura canke kurongorwa na mpwemu yera. igihe ariwe ari kuburongozi, azokuyoborera munzira no m’ubugombe bw’imana. abanyefeso 5:18 havuga : “kandi ntimukaborerwe vino, irimw’ubuhumbu, ariko mwuzure mpwemuˮ. igihe twuzuye mpemu yera ivyamwa vya mpwemu yera bizovuka muri twebwe. Mpwemu yera iy’aje mu muntu, amuzanamwo, ubuzima bw’imana ( la vie de dieu), kamere y’imana(sa nature) no gushobora kw’imana (la capacité de dieu). nkaba ndabifurije ko mur’iyi ndwi umwe wese yoter’intambwa mu kwakira ubu bushobozi bwatumye intumwa zikor’ibikomeye mw’isi! umusi mwiza, n’indwi nziza! pasteur cassien niko. Muvuga, kuko atazoba ari mwebwe muvuga, azoba ari mpwemu yera. luka 2:26 yari yarabwiwe na mpwemu yera yuko atazopfa, atarabona kristo w'umwami imana. luka 4:1 yesu yuzuzwa mpwemu yera, ava kuri yorodani, agendagendeshwa mu bugaragwa na mpwemu, amarayo imisi mirongo ine, luka 4:18 21 ngo mpwemu w'uhoraho ari kuri jewe, ni co catumye.

Comments are closed.